Abalewi 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi ntimusohoke ngo muve ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, kugira ntimupfe+, kuko amavuta yo kurobanuza ya Yehova ari kuri mwebwe+.” Nuko bagira nk’uko ijambo rya Musa rivuze.
7 Kandi ntimusohoke ngo muve ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, kugira ntimupfe+, kuko amavuta yo kurobanuza ya Yehova ari kuri mwebwe+.” Nuko bagira nk’uko ijambo rya Musa rivuze.