Gusubira mu vyagezwe 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko ari we Yehova Imana yawe yatoye mu miryango yawe yose ngo ahagarare akore igikorwa mw’izina rya Yehova, we hamwe n’abahungu biwe, nantaryo+. Malaki 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Itegeko ry’ukuri ryari mu kanwa kiwe+, kandi nta bitagororotse vyaboneka ku minwa yiwe. Yagendanye nanje mu mahoro no mu kugororoka+, kandi yaragaruye benshi barava mw’ikosa+.
5 Kuko ari we Yehova Imana yawe yatoye mu miryango yawe yose ngo ahagarare akore igikorwa mw’izina rya Yehova, we hamwe n’abahungu biwe, nantaryo+.
6 Itegeko ry’ukuri ryari mu kanwa kiwe+, kandi nta bitagororotse vyaboneka ku minwa yiwe. Yagendanye nanje mu mahoro no mu kugororoka+, kandi yaragaruye benshi barava mw’ikosa+.