ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 17:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko batangura kwigisha+ muri Yuda, bakaba bari bitwaje igitabu c’itegeko rya Yehova+; baguma bazunguruka mu bisagara vyose vya Yuda, bigisha mu bantu.

  • Ezekiyeli 44:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi mu rubanza ni bo bazohagarara ngo baruce+; baze baruce rero bisunze ingingo zanje z’ubutungane+. Baze bagumye amategeko yanje n’ivyagezwe vyanje ku bijanye n’ibiringo vyanje vyose vy’imisi mikuru+, kandi baze beze amasabato yanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika