Abacamanza 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Impwemu+ ya Yehova rero iza kuri we, aba umucamanza wa Isirayeli. Asohotse mu rugamba, Yehova atanga rero Kushani-rishatayimu umwami wa Siriya mu kuboko kwiwe, ku buryo ukuboko kwiwe gutsinda+ Kushani-rishatayimu. Abacamanza 6:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Impwemu ya Yehova+ itwikira Gideyoni ku buryo atangura kuvuza inzamba+, Ababiyezeri+ barakoranywa ngo bamukurikire. 1 Abami 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ehe nzokugirira koko nk’uko amajambo yawe ari+. Ehe nzoguha koko umutima ukerebutse kandi utahura+, ku buryo imbere yawe ata wuzoba yarabayeho ameze nkawe, kandi mu nyuma zawe ata wuzohaguruka ameze nkawe+.
10 Impwemu+ ya Yehova rero iza kuri we, aba umucamanza wa Isirayeli. Asohotse mu rugamba, Yehova atanga rero Kushani-rishatayimu umwami wa Siriya mu kuboko kwiwe, ku buryo ukuboko kwiwe gutsinda+ Kushani-rishatayimu.
34 Impwemu ya Yehova+ itwikira Gideyoni ku buryo atangura kuvuza inzamba+, Ababiyezeri+ barakoranywa ngo bamukurikire.
12 ehe nzokugirira koko nk’uko amajambo yawe ari+. Ehe nzoguha koko umutima ukerebutse kandi utahura+, ku buryo imbere yawe ata wuzoba yarabayeho ameze nkawe, kandi mu nyuma zawe ata wuzohaguruka ameze nkawe+.