Gusubira mu vyagezwe 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+, Ivyakozwe 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nkako, Musa yavuze ati: ‘Yehova Imana azobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+. Mutegerezwa kumwumviriza mu vyo ababwira vyose+. Ivyakozwe 7:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “Uyo Musa ni we yabwiye bene Isirayeli ati: ‘Imana izobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+.’
15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+,
22 Nkako, Musa yavuze ati: ‘Yehova Imana azobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+. Mutegerezwa kumwumviriza mu vyo ababwira vyose+.
37 “Uyo Musa ni we yabwiye bene Isirayeli ati: ‘Imana izobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+.’