ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 33:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi Yehova yavugana na Musa amaso mu yandi+, nk’uko nyene umuntu yovugana na mugenziwe. Iyo agarutse mw’ikambi, umusuku wiwe+ Yosuwa mwene Nuni+, uwari umufasha, ntiyava hagati mw’ihema.

  • Kuvayo 33:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Yongerako ati: “Ntushobora kubona mu maso hanje, kuko ata muntu yombona ngo abeho+.”

  • Guharura 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mvugana na we akanwa ku kandi+, nkamwereka ibintu, ntakoresheje ubupfindo+; kandi ishusho ya Yehova ni yo yitegereza+. Kubera iki none mutatinye kuvuga nabi umusavyi wanje, kuvuga nabi Musa+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika