ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mwiyubare kugira ntimwibagire isezerano rya Yehova Imana yanyu yagiranye namwe+, no kugira ntimwihingurire igishusho c’ikibazano, ishusho y’ikintu ico ari co cose Yehova Imana yawe yaguhayeko itegeko+.

  • Abaheburayo 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kuko igihe Musa yari amaze kubwira abantu bose ibwirizwa rimwerimwe ryose nk’uko Itegeko riri+, yafashe amaraso y’ibimasa n’ay’impene n’amazi n’ubwoya bw’agahama na ezobu+ akamijagira igitabu ubwaco n’abantu bose,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika