Kuvayo 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ntukibe+. Abalewi 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘Ntimukibe+, ntimugahendane+, kandi ntimugakoreshe ikinyoma umwe wese kuri mugenziwe+. Imigani 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+. 1 Abakorinto 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 canke ibisuma, canke abanyamunoho+, canke imborerwa+, canke abatukana, canke abanyazi bazotorana ubwami bw’Imana+. Abanyefeso 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Uwiba ntiyongere kwiba+, ahubwo nakore cane, akoreshe amaboko yiwe igikorwa ciza+, kugira aronke ico aha uwuri mu mukeno+.
9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+.
10 canke ibisuma, canke abanyamunoho+, canke imborerwa+, canke abatukana, canke abanyazi bazotorana ubwami bw’Imana+.
28 Uwiba ntiyongere kwiba+, ahubwo nakore cane, akoreshe amaboko yiwe igikorwa ciza+, kugira aronke ico aha uwuri mu mukeno+.