Kuvayo 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi bitegerezwa kukubera ikimenyetso ku kuboko kwawe n’icibutso hagati y’amaso yawe+, kugira ngo itegeko rya Yehova ribe mu kanwa kawe+; kuko biciye ku kiganza gikomeye ari ho Yehova yagukuye mu Misiri+. Kuvayo 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi bitegerezwa kuba ikimenyetso ku kuboko kwawe n’agatengaruhanga hagati y’amaso yawe+, kuko inkomezi z’ukuboko ari zo Yehova yadukuje mu Misiri+.” Gusubira mu vyagezwe 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Kandi mutegerezwa gushira aya majambo yanje ku mutima wanyu+ no ku muzirikanyi* wanyu, mukayabohera ku kuboko kwanyu nk’ikimenyetso, kandi aze abe nk’agatengaruhanga hagati y’amaso yanyu+.
9 Kandi bitegerezwa kukubera ikimenyetso ku kuboko kwawe n’icibutso hagati y’amaso yawe+, kugira ngo itegeko rya Yehova ribe mu kanwa kawe+; kuko biciye ku kiganza gikomeye ari ho Yehova yagukuye mu Misiri+.
16 Kandi bitegerezwa kuba ikimenyetso ku kuboko kwawe n’agatengaruhanga hagati y’amaso yawe+, kuko inkomezi z’ukuboko ari zo Yehova yadukuje mu Misiri+.”
18 “Kandi mutegerezwa gushira aya majambo yanje ku mutima wanyu+ no ku muzirikanyi* wanyu, mukayabohera ku kuboko kwanyu nk’ikimenyetso, kandi aze abe nk’agatengaruhanga hagati y’amaso yanyu+.