Gusubira mu vyagezwe 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi uze uyabohere ku kuboko kwawe bwa kimenyetso+, kandi aze abe nk’agatengaruhanga hagati y’amaso yawe+; Gusubira mu vyagezwe 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Kandi mutegerezwa gushira aya majambo yanje ku mutima wanyu+ no ku muzirikanyi* wanyu, mukayabohera ku kuboko kwanyu nk’ikimenyetso, kandi aze abe nk’agatengaruhanga hagati y’amaso yanyu+.
8 Kandi uze uyabohere ku kuboko kwawe bwa kimenyetso+, kandi aze abe nk’agatengaruhanga hagati y’amaso yawe+;
18 “Kandi mutegerezwa gushira aya majambo yanje ku mutima wanyu+ no ku muzirikanyi* wanyu, mukayabohera ku kuboko kwanyu nk’ikimenyetso, kandi aze abe nk’agatengaruhanga hagati y’amaso yanyu+.