ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi Yehova niyamara kukuzana mu gihugu c’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abahiwi n’Abayebusi+, ari co yarahiye ba sogokuruza bawe ko azokiguha+, kikaba ari igihugu gitemba amata n’ubuki+, uze ukore ico gikorwa muri uku kwezi.

  • Gusubira mu vyagezwe 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Raba, nshize koko ico gihugu imbere yanyu. Nimwinjire mwigarurire igihugu Yehova yarahiye ba so, akarahira Aburahamu, Izahaki+ na Yakobo+, ko azokibaha bo hamwe n’uruvyaro rwabo mu nyuma zabo+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika