Kuvayo 32:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko Musa asubira kwa Yehova, avuga ati: “Aaa, ariko aba bantu bacumuye igicumuro gikomeye, kubona bihinguriye imana y’inzahabu+! Zaburi 78:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+. Mika 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ni iyihe Mana imeze nkawe+, iharira ikosa ikirengagiza ukugabitanya+ kw’amasigarira y’intoranwa yayo+? Ntuzogumana ishavu ibihe bidahera, kuko uhimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+.
31 Nuko Musa asubira kwa Yehova, avuga ati: “Aaa, ariko aba bantu bacumuye igicumuro gikomeye, kubona bihinguriye imana y’inzahabu+!
8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+.
18 Ni iyihe Mana imeze nkawe+, iharira ikosa ikirengagiza ukugabitanya+ kw’amasigarira y’intoranwa yayo+? Ntuzogumana ishavu ibihe bidahera, kuko uhimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+.