Kuvayo 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi nzoha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri; kandi nimwagenda, ntimuzogenda iminwe misa+. Kuvayo 12:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yehova na we aha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri+, ku buryo bano babaha ivyo basavye+; bakoba Abanyamisiri+. Imigani 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntureke kugirira iciza abagikwiriye+ kandi ukuboko kwawe kuri n’ububasha bwo kugikora+. Abakolosayi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yemwe ba shebuja, mugume mugirira abashumba banyu ibigororotse n’ibitarimwo akarenganyo+, muzi yuko namwe mufise Shobuja mw’ijuru+.
21 Kandi nzoha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri; kandi nimwagenda, ntimuzogenda iminwe misa+.
36 Yehova na we aha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri+, ku buryo bano babaha ivyo basavye+; bakoba Abanyamisiri+.
4 Yemwe ba shebuja, mugume mugirira abashumba banyu ibigororotse n’ibitarimwo akarenganyo+, muzi yuko namwe mufise Shobuja mw’ijuru+.