Gusubira mu vyagezwe 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi umusi muzojabuka Yorodani+ mwinjira mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, uze wishingire amabuye maninimanini, uyasige ishwagara. Yosuwa 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ubategeke uti: ‘Nimwitorere amabuye cumi n’abiri+ hagati nyene muri Yorodani, mu kibanza ibirenge vy’abaherezi vyahagazemwo bidakakaza+, muyajane maze muyatereke mu kibanza c’uburaro+ muza kuraramwo iri joro.’” Yosuwa 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko abantu baduga bavuye muri Yorodani ku musi ugira cumi w’ukwezi kwa mbere, bakambika i Gilugali+ ku mupaka wa Yeriko wo mu buseruko.
2 Kandi umusi muzojabuka Yorodani+ mwinjira mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, uze wishingire amabuye maninimanini, uyasige ishwagara.
3 ubategeke uti: ‘Nimwitorere amabuye cumi n’abiri+ hagati nyene muri Yorodani, mu kibanza ibirenge vy’abaherezi vyahagazemwo bidakakaza+, muyajane maze muyatereke mu kibanza c’uburaro+ muza kuraramwo iri joro.’”
19 Nuko abantu baduga bavuye muri Yorodani ku musi ugira cumi w’ukwezi kwa mbere, bakambika i Gilugali+ ku mupaka wa Yeriko wo mu buseruko.