13 Elipayali avyara na Beriya na Shema. Abo ni bo bari abakuru b’amazu ya ba sekuruza babo yegukira ababa i Ayaloni+. Abo ni bo birukanye ababa i Gati.
18 Nayo Abafilisitiya+, bagaba igitero ku bisagara vyo muri Shefela*+ n’i Negebu+ ha Yuda maze bafata Beti-shemeshi+ na Ayaloni+ na Gederoti+ na Soko+ n’ibisagara bihakukira na Timuna+ n’ibisagara bihakukira na Gimuzo n’ibisagara bihakukira; hanyuma babayo.