Abaheburayo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko Imana atari iyitagororotse ngo yibagire igikorwa canyu n’urukundo mwerekanye ko mufitiye izina ryayo+, kuko mwakoreye aberanda+ kandi mukaba mubandanya kubakorera. Yakobo 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Muri ubwo buryo nyene, mbega Rahabu+ wa mumaraya we ntiyiswe umugororotsi bivuye ku bikorwa, aho amariye kwakira neza za ntumwa hanyuma akazirungika azicishije mu yindi nzira+?
10 Kuko Imana atari iyitagororotse ngo yibagire igikorwa canyu n’urukundo mwerekanye ko mufitiye izina ryayo+, kuko mwakoreye aberanda+ kandi mukaba mubandanya kubakorera.
25 Muri ubwo buryo nyene, mbega Rahabu+ wa mumaraya we ntiyiswe umugororotsi bivuye ku bikorwa, aho amariye kwakira neza za ntumwa hanyuma akazirungika azicishije mu yindi nzira+?