Abalewi 26:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 “‘Abasigaye bo muri mwebwe+, nzozana koko ubwoba mu mitima yabo mu bihugu vy’abansi babo. Kandi urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzobakinagiza, bahunge nk’abahunga inkota, bagwe ata wubakinagiza+. Yesaya 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ni co gituma amaboko yose azoregera*, n’umutima w’umuntu buntu wose ugashonga+.
36 “‘Abasigaye bo muri mwebwe+, nzozana koko ubwoba mu mitima yabo mu bihugu vy’abansi babo. Kandi urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzobakinagiza, bahunge nk’abahunga inkota, bagwe ata wubakinagiza+.