Yosuwa 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umuntu wese azogarariza itegeko ryawe+ ntiyumvirize amajambo yawe mu vyo uzomutegeka vyose, azokwicwa+. Gusa, ugire umutima rugabo kandi ukomere+.” Yosuwa 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze Yosuwa avuga ati: “Kubera iki wadukwegeye ugukumirwa+? Yehova arakuzanako ugukumirwa uyu musi.” Nuko Isirayeli yose imutera amabuye+, hanyuma babaturiza umuriro+. Ukwo ni ko babateye amabuye.
18 Umuntu wese azogarariza itegeko ryawe+ ntiyumvirize amajambo yawe mu vyo uzomutegeka vyose, azokwicwa+. Gusa, ugire umutima rugabo kandi ukomere+.”
25 Maze Yosuwa avuga ati: “Kubera iki wadukwegeye ugukumirwa+? Yehova arakuzanako ugukumirwa uyu musi.” Nuko Isirayeli yose imutera amabuye+, hanyuma babaturiza umuriro+. Ukwo ni ko babateye amabuye.