Itanguriro 38:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ariko haciye nk’amezi atatu Yuda abwirwa ngo: “Tamari umukazana wawe yagize ivy’umumaraya+, kandi ehe aranibungenze+ bivuye ku bumaraya bwiwe.” Yuda na we avuga ati: “Nimumusohore maze aturirwe+.” Abalewi 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Umugabo niyatwara umukobwa na nyina wiwe, buzoba ari ubushirasoni+. Bakwiye kumuturirana na bo mu muriro+, kugira ngo ubushirasoni+ ntibubandanye hagati muri mwebwe. Abalewi 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Mu gihe na ho umukobwa w’umuherezi yokwihumanya mu gukora ubumaraya, aba ariko ahumanya se. Akwiye guturirwa mu muriro+. Yosuwa 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi uwuzofatanwa nya kintu co gutikizwa azoturizwa umuriro+, we n’ivyiwe vyose, kuko yahonyanze isezerano+ rya Yehova akaba kandi yakoze ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+.”’”
24 Ariko haciye nk’amezi atatu Yuda abwirwa ngo: “Tamari umukazana wawe yagize ivy’umumaraya+, kandi ehe aranibungenze+ bivuye ku bumaraya bwiwe.” Yuda na we avuga ati: “Nimumusohore maze aturirwe+.”
14 “‘Umugabo niyatwara umukobwa na nyina wiwe, buzoba ari ubushirasoni+. Bakwiye kumuturirana na bo mu muriro+, kugira ngo ubushirasoni+ ntibubandanye hagati muri mwebwe.
9 “‘Mu gihe na ho umukobwa w’umuherezi yokwihumanya mu gukora ubumaraya, aba ariko ahumanya se. Akwiye guturirwa mu muriro+.
15 Kandi uwuzofatanwa nya kintu co gutikizwa azoturizwa umuriro+, we n’ivyiwe vyose, kuko yahonyanze isezerano+ rya Yehova akaba kandi yakoze ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+.”’”