Kuvayo 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Amaherezo afata igitabu c’isezerano+, agisomera mu matwi y’abantu+. Maze bavuga bati: “Ivyo Yehova avuze vyose turiteguriye kubikora no kubigamburuka+.” Yosuwa 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Isirayeli yacumuye, bahonyanze isezerano ryanje+ nabategetse kugumya; kandi batoye ku kintu co gutikizwa+, kandi bivye+, kandi babinumye+, kandi babishize mu bintu vyabo bwite+. Abacamanza 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Amaherezo ishavu rya Yehova rirurumbira+ Isirayeli maze avuga ati: “Kubera ko iri hanga ryahonyanze isezerano ryanje+ nategetse ba sekuruza babo kandi ntiryumvirize ijwi ryanje+,
7 Amaherezo afata igitabu c’isezerano+, agisomera mu matwi y’abantu+. Maze bavuga bati: “Ivyo Yehova avuze vyose turiteguriye kubikora no kubigamburuka+.”
11 Isirayeli yacumuye, bahonyanze isezerano ryanje+ nabategetse kugumya; kandi batoye ku kintu co gutikizwa+, kandi bivye+, kandi babinumye+, kandi babishize mu bintu vyabo bwite+.
20 Amaherezo ishavu rya Yehova rirurumbira+ Isirayeli maze avuga ati: “Kubera ko iri hanga ryahonyanze isezerano ryanje+ nategetse ba sekuruza babo kandi ntiryumvirize ijwi ryanje+,