Abacamanza 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Naciye rero mfata incoreke yanje, ndayihimbagura, maze ndayirungika mu turere twose tw’intoranwa ya Isirayeli+, kuko bari bakoze ubushirasoni*+ n’ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+. 2 Samweli 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko amubwira ati: “Oya musazanje! Ntuntetereze+; kuko kugira gutyo bitamenyerewe muri Isirayeli+. Ntukore ubwo busazi bw’agaterasoni+.
6 Naciye rero mfata incoreke yanje, ndayihimbagura, maze ndayirungika mu turere twose tw’intoranwa ya Isirayeli+, kuko bari bakoze ubushirasoni*+ n’ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+.
12 Ariko amubwira ati: “Oya musazanje! Ntuntetereze+; kuko kugira gutyo bitamenyerewe muri Isirayeli+. Ntukore ubwo busazi bw’agaterasoni+.