ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 34:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Bene Yakobo bakimara kuvyumva, baraza bavuye mu gahinga; maze abo bagabo barababara, barashavura cane+, kuko yari yakoreye ubusazi bw’agaterasoni Isirayeli mu kuryamana n’umukobwa wa Yakobo+, kandi ata kintu nk’ico gikwiye kugirwa+.

  • Abacamanza 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Naciye rero mfata incoreke yanje, ndayihimbagura, maze ndayirungika mu turere twose tw’intoranwa ya Isirayeli+, kuko bari bakoze ubushirasoni*+ n’ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+.

  • Imigani 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 kugira nihweze abantu batazi utuntu n’utundi+. Naritegereje mu bahungu ndabishashaye, mbona umusore atagira umutima+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika