Abacamanza 19:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nyene inzu aca arasohoka aja aho bari, ababwira+ ati: “Oya, bene wacu+, ndabinginze ntihagire ikintu kibi mukora, kuko uyu mugabo yinjiye mu nzu yanje. Ntimukore ubwo busazi bw’agaterasoni+.
23 Nyene inzu aca arasohoka aja aho bari, ababwira+ ati: “Oya, bene wacu+, ndabinginze ntihagire ikintu kibi mukora, kuko uyu mugabo yinjiye mu nzu yanje. Ntimukore ubwo busazi bw’agaterasoni+.