Itanguriro 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bene Yakobo bakimara kuvyumva, baraza bavuye mu gahinga; maze abo bagabo barababara, barashavura cane+, kuko yari yakoreye ubusazi bw’agaterasoni Isirayeli mu kuryamana n’umukobwa wa Yakobo+, kandi ata kintu nk’ico gikwiye kugirwa+. Abacamanza 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Naciye rero mfata incoreke yanje, ndayihimbagura, maze ndayirungika mu turere twose tw’intoranwa ya Isirayeli+, kuko bari bakoze ubushirasoni*+ n’ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+.
7 Bene Yakobo bakimara kuvyumva, baraza bavuye mu gahinga; maze abo bagabo barababara, barashavura cane+, kuko yari yakoreye ubusazi bw’agaterasoni Isirayeli mu kuryamana n’umukobwa wa Yakobo+, kandi ata kintu nk’ico gikwiye kugirwa+.
6 Naciye rero mfata incoreke yanje, ndayihimbagura, maze ndayirungika mu turere twose tw’intoranwa ya Isirayeli+, kuko bari bakoze ubushirasoni*+ n’ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+.