ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “‘Ntuhumanye umukobwa wawe mu kumugira umumaraya+, kugira ngo igihugu ntigikore ubumaraya maze kikuzura vy’ukuri ingeso mbi+.

  • Abalewi 20:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “‘Umugabo niyatwara umukobwa na nyina wiwe, buzoba ari ubushirasoni+. Bakwiye kumuturirana na bo mu muriro+, kugira ngo ubushirasoni+ ntibubandanye hagati muri mwebwe.

  • Zaburi 119:150
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 150 Abakurikirana ivy’ubushirasoni+ begereye;

      Bagiye kure y’itegeko ryawe+.

  • Imigani 10:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ku kijuju, gukora ivy’ubushirasoni* ni nk’ibikino+, ariko ubukerebutsi ni ubw’umuntu afise ugutahura+.

  • 1 Petero 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko igihe+ carenganye gihagije c’ukuba mwarakoze ukugomba kw’amahanga+ igihe mwagendera mu bikorwa vy’ubushirasoni*+, mu nambu zikomeye, mu kunywa umuvinyu birenze urugero+, mu kwidagadura, mu guhiganwa mu kunywa, no mu vy’ugusenga ibigirwamana kw’ikizira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika