Yosuwa 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nayo mwebwe, mwirinde gusa ikintu co gutikizwa+, kugira ngo ntimugire icipfuzo+ ngo mutore koko ku kintu co gutikizwa+ maze mugatuma koko ikambi ya Isirayeli iba ikintu co gutikizwa, mukayikwegera gukumirwa+. 1 Ngoma 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mwene* Karumi+ yari Akari*, umwe yazana ikumira kuri Isirayeli+, uwakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye na ca kintu co gutikizwa+.
18 Nayo mwebwe, mwirinde gusa ikintu co gutikizwa+, kugira ngo ntimugire icipfuzo+ ngo mutore koko ku kintu co gutikizwa+ maze mugatuma koko ikambi ya Isirayeli iba ikintu co gutikizwa, mukayikwegera gukumirwa+.
7 Mwene* Karumi+ yari Akari*, umwe yazana ikumira kuri Isirayeli+, uwakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye na ca kintu co gutikizwa+.