Yosuwa 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze Yosuwa avuga ati: “Kubera iki wadukwegeye ugukumirwa+? Yehova arakuzanako ugukumirwa uyu musi.” Nuko Isirayeli yose imutera amabuye+, hanyuma babaturiza umuriro+. Ukwo ni ko babateye amabuye. 1 Ngoma 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mwene* Karumi+ yari Akari*, umwe yazana ikumira kuri Isirayeli+, uwakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye na ca kintu co gutikizwa+.
25 Maze Yosuwa avuga ati: “Kubera iki wadukwegeye ugukumirwa+? Yehova arakuzanako ugukumirwa uyu musi.” Nuko Isirayeli yose imutera amabuye+, hanyuma babaturiza umuriro+. Ukwo ni ko babateye amabuye.
7 Mwene* Karumi+ yari Akari*, umwe yazana ikumira kuri Isirayeli+, uwakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye na ca kintu co gutikizwa+.