Yosuwa 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nya bagabo b’i Ayi bica muri bo abagabo nka mirongo itatu na batandatu, babomako+ kuva imbere y’irembo gushika i Shebarimu, bagenda barabica ku mumanuko. Ku bw’ivyo umutima w’abantu utangura gushonga, ucika nk’amazi+.
5 Nya bagabo b’i Ayi bica muri bo abagabo nka mirongo itatu na batandatu, babomako+ kuva imbere y’irembo gushika i Shebarimu, bagenda barabica ku mumanuko. Ku bw’ivyo umutima w’abantu utangura gushonga, ucika nk’amazi+.