Kuvayo 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’ Yosuwa 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko abantu bose bari mu gisagara barahamagarwa ngo babome inyuma; boma inyuma Yosuwa maze bajanwa kure y’igisagara+.
9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’
16 Nuko abantu bose bari mu gisagara barahamagarwa ngo babome inyuma; boma inyuma Yosuwa maze bajanwa kure y’igisagara+.