ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: “Ntutinye canke ngo utekerwe n’ubwoba+. Tora abarwanyi bose hanyuma uhaguruke, uduge i Ayi. Raba, ntanze mu kuboko kwawe umwami wa Ayi n’abantu biwe n’igisagara ciwe n’igihugu ciwe+.

  • Yosuwa 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko rero Yosuwa n’abarwanyi bose+ barahaguruka kugira baduge i Ayi; Yosuwa atora abagabo ibihumbi mirongo itatu, abagabo b’abanyenkomezi kandi b’intwari+, abarungika mw’ijoro.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika