ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze Musa yandika iri tegeko+, ariha abaherezi bene Lewi+, abareruzi b’isandugu y’isezerano rya Yehova+, ariha n’abagabo b’inararibonye bose ba Isirayeli.

  • Nehemiya 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Abandanya gusoma+ muri ico gitabu n’ijwi ryumvikana imbere ya nya kibanza ca bose kiri imbere y’Irembo ry’Amazi, kuva mu mutwenzi+ gushika ku mutaga, imbere y’abagabo n’abagore n’abandi baciye ubwenge; kandi amatwi+ y’abantu bose yariko yumviriza+ nya gitabu c’itegeko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika