16 Hanyuma aza i Nazareti+, aho yari yararerewe; kandi nk’uko yari amenyereye kubigira ku musi w’isabato, yinjira mw’isinagogi+, hanyuma arahaguruka ngo asome.
21 Kuko kuva mu bihe vya kera Musa afise mu gisagara no mu kindi abamwamamaza, kubera ko ivyo yanditse bisomwa mu masinagogi n’ijwi ryumvikana buri sabato+.”