Luka 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko rero, mwitwararike ukuntu mwumviriza; kuko uwo wese afise azokwongerwa+, mugabo uwo wese adafise, n’ico yiyumvira ko afise azocakwa+.” Ivyakozwe 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi umugore umwe yitwa Lidiya, umudandaza w’impuzu z’umuyugubwe, wo mu gisagara ca Tiyatira+ akaba kandi yari uwusenga Imana, yariko arumviriza, maze Yehova yugurura cane umutima wiwe+ ngo yiteho ibivugwa na Paulo. Ivyakozwe 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+. Abaheburayo 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+.
18 Nuko rero, mwitwararike ukuntu mwumviriza; kuko uwo wese afise azokwongerwa+, mugabo uwo wese adafise, n’ico yiyumvira ko afise azocakwa+.”
14 Kandi umugore umwe yitwa Lidiya, umudandaza w’impuzu z’umuyugubwe, wo mu gisagara ca Tiyatira+ akaba kandi yari uwusenga Imana, yariko arumviriza, maze Yehova yugurura cane umutima wiwe+ ngo yiteho ibivugwa na Paulo.
11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+.
2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+.