ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 27:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Aravumwe umuntu akora igishusho c’ikibazano+ canke igishushanyo mu cuma gishongeshejwe+, ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, ikintu gikozwe n’amaboko y’umuhinguzi w’ibiti n’ivyuma+, akagishira ahihishije.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen+!’)

  • Gusubira mu vyagezwe 28:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Kandi nutumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kwitwararika gushitsa amabwirizwa yiwe yose n’ivyagezwe vyiwe ndagutegetse uno musi, iyi mivumo yose rero izokuzako, iguhamvye+:

  • Gusubira mu vyagezwe 29:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Bizoba ngombwa rero ko Yehova amutandukanya+ n’iyindi miryango yose ya Isirayeli kugira amuteze ivyago nk’uko indahiro yose y’isezerano ryanditse muri iki gitabu c’itegeko iri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika