-
Yosuwa 8:29Bibiliya y’isi nshasha
-
-
29 Amanika umwami wa Ayi+ ku giti gushika ku mugoroba+; maze kubera ko izuba ryagira rirenge, Yosuwa atanga itegeko, baraheza bamanura umuvyimba wiwe+ bawukura kuri nya giti, bawuterera ku bwinjiriro bw’irembo ry’igisagara hanyuma bamurundako ikirundo kinini c’amabuye, kikaba kikiriho gushika n’uyu musi.
-