Gusubira mu vyagezwe 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova ni ko kumbwira ati: ‘Ntumutinye+, kuko ntazobura kumutanga mu kuboko kwawe, we n’abantu biwe bose n’igihugu ciwe; uze umugirire nk’uko wagiriye Sihoni+ umwami w’Abamori, uwaba i Heshiboni.’ Gusubira mu vyagezwe 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+.
2 Yehova ni ko kumbwira ati: ‘Ntumutinye+, kuko ntazobura kumutanga mu kuboko kwawe, we n’abantu biwe bose n’igihugu ciwe; uze umugirire nk’uko wagiriye Sihoni+ umwami w’Abamori, uwaba i Heshiboni.’
20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+.