ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kuko nari nagize ubwoba kubera ishavu rirurumba Yehova yari yabashavuriye gushika aho agomba kubazimanganya+. Ariko Yehova yaranyumvirije n’ico gihe+.

  • 1 Abami 17:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Amaherezo Yehova yumviriza ijwi rya Eliya+, ubuzima bwa nya mwana buraheza bumugarukamwo, maze aba muzima+.

  • Zaburi 113:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Arimanura ngo yitegereze ijuru n’isi+,

  • Yakobo 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika