Yosuwa 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ku bw’ivyo rero Adoni-zedeki umwami wa Yeruzalemu+ atuma kuri Hohamu umwami wa Heburoni+ no kuri Piramu umwami wa Yarimuti+ no kuri Yafiya umwami wa Lakishi+ no kuri Debiri umwami wa Eguloni+, ati: Yosuwa 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 umwami wa Yeruzalemu+, umwe; umwami wa Heburoni+, umwe;
3 Ku bw’ivyo rero Adoni-zedeki umwami wa Yeruzalemu+ atuma kuri Hohamu umwami wa Heburoni+ no kuri Piramu umwami wa Yarimuti+ no kuri Yafiya umwami wa Lakishi+ no kuri Debiri umwami wa Eguloni+, ati: