Yosuwa 10:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko bagira gutyo, basohora nya bami batanu mw’isenga barabamuzanira, ari bo b’aba: umwami wa Yeruzalemu+, umwami wa Heburoni+, umwami wa Yarimuti, umwami wa Lakishi+, umwami wa Eguloni+.
23 Nuko bagira gutyo, basohora nya bami batanu mw’isenga barabamuzanira, ari bo b’aba: umwami wa Yeruzalemu+, umwami wa Heburoni+, umwami wa Yarimuti, umwami wa Lakishi+, umwami wa Eguloni+.