10 Adoni-zedeki umwami wa Yeruzalemu akimara kwumva ko Yosuwa yari yafashe Ayi+ maze akahatikiza+, yuko uko nyene yari yagiriye Yeriko+ n’umwami+ waho ari ko yari yagiriye Ayi n’umwami waho+, be n’uko ababa i Gibeyoni bari bagiriraniye amahoro na Isirayeli+, bakaba babandanya kuba hagati muri bo,