Yosuwa 10:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Yosuwa asasika igihugu cose c’akarere k’imisozi+ na Negebu+ na Shefela+ n’imimanuko+ n’abami baho bose. Ntiyasigaza n’umwe, kandi atikiza+ ikintu cose cahumeka+, nk’uko nyene Yehova Imana ya Isirayeli yari yarategetse+.
40 Yosuwa asasika igihugu cose c’akarere k’imisozi+ na Negebu+ na Shefela+ n’imimanuko+ n’abami baho bose. Ntiyasigaza n’umwe, kandi atikiza+ ikintu cose cahumeka+, nk’uko nyene Yehova Imana ya Isirayeli yari yarategetse+.