Zaburi 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Sinzotinya abantu ibihumbi mirongoBatondeye kundwanya irya n’ino+. Zaburi 118:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Amahanga yose yarankikuje+.Mw’izina rya Yehova ni ho nabagumiza kure+.