Gusubira mu vyagezwe 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Utegerezwa kuyigiza ibisata vyose vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe+. Ijisho ryawe ntirize ribumvire akagongwe+; kandi ntuze ukorere imana zabo+, kuko ivyo bizokubera umutego+. Yosuwa 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko uku ari ko Yehova yakora: yarareka imitima yabo igakomantara+ kugira bamenyeshe ko bagiye kurwana na Isirayeli, kugira ngo abatikize, ntibagirirwe ubutoni+, ahubwo abazimanganye, nk’uko nyene Yehova yari yarategetse Musa+.
16 Utegerezwa kuyigiza ibisata vyose vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe+. Ijisho ryawe ntirize ribumvire akagongwe+; kandi ntuze ukorere imana zabo+, kuko ivyo bizokubera umutego+.
20 Kuko uku ari ko Yehova yakora: yarareka imitima yabo igakomantara+ kugira bamenyeshe ko bagiye kurwana na Isirayeli, kugira ngo abatikize, ntibagirirwe ubutoni+, ahubwo abazimanganye, nk’uko nyene Yehova yari yarategetse Musa+.