Itanguriro 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo mw’iyaruka rigira kane bazogaruka ng’aha+, kuko ikosa ry’Abamori ritaruzura+.” Kuvayo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ndamanutse rero kubarokora mu kuboko kw’Abanyamisiri+, ndabadugane ndabakure muri ico gihugu, ndabajane mu gihugu ciza kandi cagutse, igihugu gitemba amata n’ubuki+, ahantu h’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+. Zaburi 136:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Egome, Sihoni umwami w’Abamori+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;
8 Ndamanutse rero kubarokora mu kuboko kw’Abanyamisiri+, ndabadugane ndabakure muri ico gihugu, ndabajane mu gihugu ciza kandi cagutse, igihugu gitemba amata n’ubuki+, ahantu h’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+.
19 Egome, Sihoni umwami w’Abamori+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;