Guharura 14:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nayo umusavyi wanje Kalebu+, kubera yuko yagize agatima* gatandukanye n’akabo kandi akaguma ankurikira n’umutima wose+, sinzobura kumushikana mu gihugu yagiyemwo, kandi uruvyaro rwiwe ruzocigarurira+. Guharura 32:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kiretse Kalebu+ mwene Yefune Umukenizi na Yosuwa+ mwene Nuni, kuko bakurikiye Yehova n’umutima wose.’
24 Nayo umusavyi wanje Kalebu+, kubera yuko yagize agatima* gatandukanye n’akabo kandi akaguma ankurikira n’umutima wose+, sinzobura kumushikana mu gihugu yagiyemwo, kandi uruvyaro rwiwe ruzocigarurira+.
12 kiretse Kalebu+ mwene Yefune Umukenizi na Yosuwa+ mwene Nuni, kuko bakurikiye Yehova n’umutima wose.’