Zaburi 101:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaso yanje ari ku bizigirwa bo kw’isi+,Kugira ngo babane nanje+.Uwugenda ata mahinyu+,Uwo ni we azonkorera+. Imigani 28:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umuntu w’ibikorwa vy’ubwizigirwa azoronka imihezagiro myinshi+, mugabo uwihutira kuronka ubutunzi ntazoguma ari intungane+.
6 Amaso yanje ari ku bizigirwa bo kw’isi+,Kugira ngo babane nanje+.Uwugenda ata mahinyu+,Uwo ni we azonkorera+.
20 Umuntu w’ibikorwa vy’ubwizigirwa azoronka imihezagiro myinshi+, mugabo uwihutira kuronka ubutunzi ntazoguma ari intungane+.