1 Samweli 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Dawidi atangura kuza araja ku rugamba. Aho Sauli yamutuma hose yakorana ukwigengesera+, ku buryo Sauli amugira umukuru w’abarwanyi+; ivyo biba vyiza mu maso y’abantu bose no mu maso y’abasuku ba Sauli. Nehemiya 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko nzeza Yeruzalemu Hanani+ mwene wacu na Hananiya umuganwa w’Ikirimba+, kuko yari umugabo w’umwizigirwa+ kandi akaba yaratinya+ Imana y’ukuri kurusha abandi benshi. Zaburi 101:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaso yanje ari ku bizigirwa bo kw’isi+,Kugira ngo babane nanje+.Uwugenda ata mahinyu+,Uwo ni we azonkorera+.
5 Nuko Dawidi atangura kuza araja ku rugamba. Aho Sauli yamutuma hose yakorana ukwigengesera+, ku buryo Sauli amugira umukuru w’abarwanyi+; ivyo biba vyiza mu maso y’abantu bose no mu maso y’abasuku ba Sauli.
2 Nuko nzeza Yeruzalemu Hanani+ mwene wacu na Hananiya umuganwa w’Ikirimba+, kuko yari umugabo w’umwizigirwa+ kandi akaba yaratinya+ Imana y’ukuri kurusha abandi benshi.
6 Amaso yanje ari ku bizigirwa bo kw’isi+,Kugira ngo babane nanje+.Uwugenda ata mahinyu+,Uwo ni we azonkorera+.