Zaburi 101:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaso yanje ari ku bizigirwa bo kw’isi+,Kugira ngo babane nanje+.Uwugenda ata mahinyu+,Uwo ni we azonkorera+. Imigani 28:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umuntu w’ibikorwa vy’ubwizigirwa azoronka imihezagiro myinshi+, mugabo uwihutira kuronka ubutunzi ntazoguma ari intungane+. Ivyakozwe 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko rero, bene wacu, nimwironderere+ abagabo indwi bashingirwa intahe nziza bo muri mwebwe, buzuye impwemu n’ubukerebutsi+, kugira ngo tubashinge iki gikorwa ca nkenerwa; 1 Abakorinto 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bitayeko, muri ivyo, ikironderwa mu babwiriza+ ni uko umuntu asangwa ari umwizigirwa+.
6 Amaso yanje ari ku bizigirwa bo kw’isi+,Kugira ngo babane nanje+.Uwugenda ata mahinyu+,Uwo ni we azonkorera+.
20 Umuntu w’ibikorwa vy’ubwizigirwa azoronka imihezagiro myinshi+, mugabo uwihutira kuronka ubutunzi ntazoguma ari intungane+.
3 Nuko rero, bene wacu, nimwironderere+ abagabo indwi bashingirwa intahe nziza bo muri mwebwe, buzuye impwemu n’ubukerebutsi+, kugira ngo tubashinge iki gikorwa ca nkenerwa;