Yosuwa 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Kalebu ahirukana ba bahungu batatu ba Anaki+, ari bo Sheshayi+ na Ahimani na Talimayi+, abavutse kuri Anaki+. Abacamanza 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kalebu ahawe Heburoni nk’uko Musa yari yarasezeranye+, yirukanayo rero ba bahungu batatu ba Anaki+.
14 Nuko Kalebu ahirukana ba bahungu batatu ba Anaki+, ari bo Sheshayi+ na Ahimani na Talimayi+, abavutse kuri Anaki+.
20 Kalebu ahawe Heburoni nk’uko Musa yari yarasezeranye+, yirukanayo rero ba bahungu batatu ba Anaki+.