ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nayo umusavyi wanje Kalebu+, kubera yuko yagize agatima* gatandukanye n’akabo kandi akaguma ankurikira n’umutima wose+, sinzobura kumushikana mu gihugu yagiyemwo, kandi uruvyaro rwiwe ruzocigarurira+.

  • Gusubira mu vyagezwe 1:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 kiretse Kalebu mwene Yefune+. We azokibona, kandi we n’abahungu biwe nzobaha igihugu yahonyojeko ikirenge, kuko yakurikiye Yehova bimwe bishitse+.

  • Yosuwa 14:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Bene wacu baduganye nanje batumye umutima w’abantu ushonga+; mugabo jewe, nakurikiye Yehova Imana yanje bimwe bishitse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika